JABE S.D.A Church

  • Home
  • JABE S.D.A Church

JABE S.D.A Church Welcome to the Official Jabe S.D.A Church page

😍📸Iyi ni integuro yo kuri ino Sabato y'igenekerezo rya 06/06/2026🙌🏾📖Twarabiye hamwe icigwa citwa ngo « TUZIRIKANE IGIKOR...
06/06/2026

😍📸Iyi ni integuro yo kuri ino Sabato y'igenekerezo rya 06/06/2026🙌🏾

📖Twarabiye hamwe icigwa citwa ngo « TUZIRIKANE IGIKORWA »

🎉Mbeg'icigwa kidasanzwe kitwereka uko dukwiye gukora igikorwa c'IMANA ataburyarya kandi atanzigo kugira kigende neza🙏🏾
📖Icirwa cari gishimikiye muri ABAROMA 1:25 na YOHANA 8:32

👉🏽Integuro yuno musi yabaye nziza kuko twayiteguriwe n'abarongozi b'ishengero rya JABE, umwungere w'intara ya Jabe , n'abungere batandukanye bifadikanije na chorale IJWI RY'AGAKIZA na AMO Jabe.

🤩Sivyo gusa twatewe iteka kandi twirirwana abash*tsi batandukanye harimwo Pr NAMBAJIMANA Louis : arongoye Igisata c'Ubuzezwabuzima rukristo muri MISOB , abungere batandukanye , Aba laïc bari munyigisho, abanyeshure b**a Kuri kaminuza y'aba Adventiste muburundi, n'abandi bash*tsi batandukanye.

‼️Ijambo ry'intangamarara twarishikirijwe n'umukuru w'intara ya Jabe Pr. Laurent Delachance NIBITANGA ryaboneka mu IVYAKOZWE N'INTUMWA 2:37-39

🗣Bumvise ivyo, bibacumita mu mitima, babaza Petero n'izindi ntumwa, bati Bagabo bene Data, mbega tugire dute? Petero arabishura, ati Ni mwihane, umuntu wese muri mwebge abatizwe mw izina rya Yesu Kristo, mubone guharirwa ivyaha vyanyu, kandi muzohabga ingabire, ari yo Mpwemu Yera. Kukw isezerano ar' iryanyu.

🤗Ijambo ry'Imana twarigaburiwe n'umusuku w'ubutumwa bwiza Pr. NAMBAJIMANA Louis , aho yashimikiye kw'ijambo ukuri, ukuri ntikubesha, ntiguhinduka, kuzokwama ari ukuri.

Imana ibahe umugisha🙏🏾

😍📸Iyi ni integuro yo kuri ino Sabato y'igenekerezo rya 30/05/2026🙌🏾📖Twarabiye hamwe icigwa citwa ngo « MURUGO N'AMAHORO ...
06/06/2026

😍📸Iyi ni integuro yo kuri ino Sabato y'igenekerezo rya 30/05/2026🙌🏾

📖Twarabiye hamwe icigwa citwa ngo « MURUGO N'AMAHORO ? »

🎉Mbeg'icigwa kidasanzwe kitwereka uko twokwitwara mungo zacu🙏🏾 kari akaryo keza ko kugira ikarishabwenge k'ububatse, ndetse n'abasore bakaba batasigaye inyuma mukuronka akanya ko kwigishwa intumbero nyamukuru yo kwitwara mubusore bwabo babifashijwemwo n'IMANA🙌🏾🤩

🚨SABBAT DU 30.05.2026👇🏾
30/05/2026

🚨SABBAT DU 30.05.2026👇🏾

MUSHOBORA KUBANDANYA MUDUKURIKIRANA KURI :FACEBOOK : JABE S.D.A C...

🤩THANK YOU 5000 FOLLOWERS ON FACEBOOK🎉🙏🏽"Nzokwama mpimbaza Uhoraho ibihe vyose,Ishimwe ryiwe rizoba mu kanwa kanje uruda...
25/05/2026

🤩THANK YOU 5000 FOLLOWERS ON FACEBOOK🎉🙏🏽

"Nzokwama mpimbaza Uhoraho ibihe vyose,
Ishimwe ryiwe rizoba mu kanwa kanje urudaca."
ZABURI 34:1

😍📸Iyi ni integuro yo kuri ino Sabato y'igenekerezo rya 23/05/2026🙌🏾📖Twarabiye hamwe icigwa citwa ngo « UKUZIMIRA »🎉Mbeg'...
24/05/2026

😍📸Iyi ni integuro yo kuri ino Sabato y'igenekerezo rya 23/05/2026🙌🏾

📖Twarabiye hamwe icigwa citwa ngo « UKUZIMIRA »

🎉Mbeg'icigwa kidasanzwe kitwereka ubutandukane bwo kuzimira ndetse tugahamagarirwa kutazimira imbere y'IMANA🙏🏾

🤩TURABIPFURIZA INDWI NZIZA Y'IBIKOGWA AHO IWANYU🙌🏾 IKIGANZA C'UHORAHO KIZE KIBABEKO🤗🫂
24/05/2026

🤩TURABIPFURIZA INDWI NZIZA Y'IBIKOGWA AHO IWANYU🙌🏾 IKIGANZA C'UHORAHO KIZE KIBABEKO🤗🫂

‼️IVUGABUTUMWA RY'IMYAKA 30 CHORALE Ijwi ry'Agakiza Choir SDA Jabe IMAZE IRIKO IRAKORA YUMVIRIZE HANO👇🏾
23/05/2026

‼️IVUGABUTUMWA RY'IMYAKA 30 CHORALE Ijwi ry'Agakiza Choir SDA Jabe IMAZE IRIKO IRAKORA YUMVIRIZE HANO👇🏾

IYI NDIRIMBO IDUFASHA KWISHIMA BICIYE MW'IVUGABUTUMWA RY'IMYAKA 30 YA CHORALE YANYU ARIYO YACU IJWI RY'AGAKIZAKEEPING FOLLOW US ON OUR FACEBOOK :- IJWI RY'AG...

 🗞️Kuri iyi sabato y'igenekerezo rya 23/05/2026 niho igisata c'abana caramutse kigira urugendo rwo kuja kuraba abana bar...
23/05/2026



🗞️Kuri iyi sabato y'igenekerezo rya 23/05/2026 niho igisata c'abana caramutse kigira urugendo rwo kuja kuraba abana barerewe mw'irerero riri mu maramvya ryitwa "AWALA".

🤗Intumbero kwari ukugira ngo abana bashobore gusabikanya n'abana bagenzi babo muri bike bafise bongere babone uko Imana ikoresha abana bayo mugikorwa co kwitwararika abari inyuma y'abandi.

😊Iryo rerero bashimishijwe nukuntu twabagendeye hamwe ndetse n'ivugabutumwa ryahabereye, turabasabira natwe imigisha iva kuri DATA wa twese wo mw'ijuru ibakoreshe ndetse ibabe hafi🙏🏾

🙏🏾ISABATO NZIZA🌹
22/05/2026

🙏🏾ISABATO NZIZA🌹

‼️Kaze mu cigwa co kuri ino Sabato➡️ Ukuzimira✨️KAZE CANE🙌🏾
21/05/2026

‼️Kaze mu cigwa co kuri ino Sabato
➡️ Ukuzimira

✨️KAZE CANE🙌🏾

Address

Avenue DE LA JEUNESSE N° 8

Telephone

+25779724451

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when JABE S.D.A Church posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Place Of Worship

Send a message to JABE S.D.A Church:

  • Want your place of worship to be the top-listed Place Of Worship?

Share