Eglise Vivante de Jésus-Christ de Rohero

Eglise Vivante de Jésus-Christ de Rohero "Allez, faites de toutes les nations des disciples." (Matthieu, 28:19)

📸Amasanamu yaranze igikorane HAGURUKA UKAYANGANE co kuno w’Imana igenekerezo rya 16/8/2026.Caritas Nugu, umwungere mukur...
19/08/2026

📸Amasanamu yaranze igikorane HAGURUKA UKAYANGANE co kuno w’Imana igenekerezo rya 16/8/2026.

Caritas Nugu, umwungere mukuru arongoye ishengero rya Vivante Rohero, mw’ijambo yashikirije yavuze ko iyerekwa ry’ishengero rya Vivante ari:

1. Kwamamaza Ubwami bw’Imana,
2. Kwerekana Ubwami bw’Imana mu bikorwa,
3. Kwigisha/Gutegura abantu kubw’ubwami bw’Imana.

Ijambo umwungere Jérôme Nibona arongoye ishengero Vivante ry’i Makamba yashikirije ryitwa: "Humura, ntutinye, ntibazogutsinda."

Muri ico gikorane, himitswe abadiyakoni 4, hatirwa n’umwungere umwe. Ico gikorane casozereye no gusengera abari bitavye ubutumire mu vyukuri hari ubwiza bw’Imana.

Ku bipfuza kuza mu makoraniro yacu, ng’uru urutonde rw’amakoraniro yacu yo mu ndwi uko rutunganije:

•Ku wa Kane: 10h-14h: amasengesho y’akarago
•Ku wa Kane: 17h-19h: Louange & ADORATION
•Ku w’Imana: 9h-12h: Culte dominical.

Adresse: Udugana ibarabara rija kw’i collège, ugakatira kw’i pavé y’i buryo aho bita kwa Kinigi, mu Rweza, Av. Juillet, Salle (Salle Ex Tagata). Murahawe ikaze mwese!

18/08/2026

Abataronse akaryo ko kuza, mukurikire Incamake y’igikorane Haguruka ukayangane muri ino Vidéo.👇

16/08/2026

Umwanya w’ijambo na Pasteur Jérôme Nibona

16/08/2026

Umwanya w’ijambo na Pasteur Jérôme NIBONA

16/08/2026
16/08/2026

Umwanya wo guhimbaza

16/08/2026

Umwanya wo gutazira

Isango ryageze n’uno musi, mwibuke mutumire🙏
14/08/2026

Isango ryageze n’uno musi, mwibuke mutumire🙏

Address

Mu Rweza, Avenue Juillet Salle (ex Tagata)
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Eglise Vivante de Jésus-Christ de Rohero posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share