Adventist Youth Zone 2 MISOB

Adventist Youth Zone 2 MISOB Urukundo rwa Kristo Ruraduhimiriza. 2 kolinto 5:14

7 Days To Go!
29/08/2026

7 Days To Go!



28/08/2026


Hamwe wokwemerera Kristo akinjira iwawe, vyose abihindura bishasha maze ubuzima bwawe bukarangwamwo ivyizigiro.


24/08/2026

šŸ¤”?
Mbega vyoba bisobanura iki?
Kurikirane insiguro itimora neza Uyu Mugambi uwariwo. Mwibuke gusangiza abandi kugira ngo twese dushobore kubitahura kumwe.

  šŸ˜!!On September 19th 2026, we're going to celebrate the   of  . In our zone, the Ceremonies will take place at Bujumbu...
21/08/2026

šŸ˜!!
On September 19th 2026, we're going to celebrate the of . In our zone, the Ceremonies will take place at Bujumbura SDA English Church. Save this date and don't miss to win more.


Igihe kizoza uhereye mu mboneko z'ukwezi ukageza mu mboneko z'ukundi, no guhera kw isabato ukageza ku yindi, abantu bose...
08/08/2026

Igihe kizoza uhereye mu mboneko z'ukwezi ukageza mu mboneko z'ukundi, no guhera kw isabato ukageza ku yindi, abantu bose bazohora baza gusenga imbere yanje, ni k'Uhoraho agize.

Yesaya 66:23

🄰

07/08/2026

🄰
: Akamenyero k'Umu

 🄰Imbere yuko   irangira, harabonetse Umugwi w'abash*tsi batari basanzwe ari abizera b'ishengero ry'abadventiste b'umuns...
06/08/2026

🄰
Imbere yuko irangira, harabonetse Umugwi w'abash*tsi batari basanzwe ari abizera b'ishengero ry'abadventiste b'umunsi w'indwi. Abo, mu kubishimira, bararonkejwe igitabo " Umunsi w'Imana ni uwuhe?" Biragarara yuko ibikorwa vy'urwaruka bifise ubwaku no ku bandi bantu bose babakikije. Nshobozwa vyose n'umpa inkomezi. Filippians 4:13

🄰  niwo ubaranga
04/08/2026

🄰 niwo ubaranga



02/08/2026



🄰Kur'iyi Sabato y'igenekerezo rya 1  Myandagaro 2026, ,niho harangira ihuriro ry’urwaruka (J.A) rwari rwavuye muma misiy...
01/08/2026

🄰Kur'iyi Sabato y'igenekerezo rya 1 Myandagaro 2026, ,niho harangira ihuriro ry’urwaruka (J.A) rwari rwavuye muma misiyoni 5 agize Union y’Uburundi, rikaba ryari ryatanguye kumagenekerezo ya 28 Mukakaro 2026 ryariko ribera kw’ishengero rya Karurama riri muri misiyoni ya Buganda. Mw'ijambo ryiwe, Umunyamabanga nshingwa bikogwa wa Union y’Uburundi Ps Martin Nsengiyumva, yasavye urwaruka ko rwoba urwa mbere mu gutwara inkurunziza nk'uko umukobwa wo mu bwoko bw’Abisirayeri yabigiriye Namani agwaye imibembe akamubwira ko mu bwoko bw’iwabo hariho ImĆ¢na.



Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Adventist Youth Zone 2 MISOB posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share