Igicaniro c'Amasengesho Inyishu kw'Isi Yose:Ministries International

Igicaniro c'Amasengesho Inyishu kw'Isi Yose:Ministries International UKURI KW'IJAMBO RY'IMANA,GUSABA UBUDASIBA,AMASENGESHO Y'INTAVANAKO:IMITWARO,GUSOBANURO INDOTO,INDWARA

03/11/2025

LUNDI LE 03/11/2025
🔑**Clé du Jour**🌹
Shalom🙌
📖Zaburi 20:7Bamwe bizigira imikogote, abandi bizigira amafarasi,Ariko tweho tuzokwizigira izina ry'Uhoraho,Imana yacu
✍️Bamwe bizigiye ababo bakomeye,abandi bishimiye ubutunzi canke ubwenge bwabo; Kandi ivyo vyose haraho bitabakiza.Ariko weho ukwiye kwizigira Uhoraho,akakubera ivyizigiro wenyene atakindi nakimwe wishimikije;Niwe atigera ananirwa na rimwe kandi ntabura guseruka mu ngorane.
🔐MUGIRE INDWI NZIZA💖

19/10/2025

DIMANCHE LE 19/10/2025
🔑***Clé du Jour***🌹
Shalom🙌
📖Habakuki 2:4b Arik' umugororotsi azobeshwaho n'ukwizera kwiwe.
✍️ _Kwama ufise ivyizigiro vyiza vya kazoza uk**a wizeye Imana muri vyose nivyo bibeshaho umugororotsi w'Imana; kuko ubwayo yaravuze ati: sinzoguta, sinzoguheba.

🔐UW'IMANA MWIZA💖

10/10/2025
●Jua litageuzwa kuwa gizana mwezi kuwa mwekundu k**a damu,kabla ya kuja siku ya Bwanaile kuu na ya kutisha.🕊️📖Yoeli 2:31...
08/09/2025

●Jua litageuzwa kuwa giza
na mwezi kuwa mwekundu k**a damu,
kabla ya kuja siku ya Bwana
ile kuu na ya kutisha.
🕊️📖Yoeli 2:31📖🕊️

31/07/2025

JEUDI LE 31/07/2025
🔑***Clé du Jour***🌹
Shalom🙌🏾
📖 Yesaya 57:15 *K*k' ukw ari kw Imwe iri hejuru isumba vyose igize, iba ahatazoshira, izina ryayo n'Uwera; iti Mba hejuru ahantu hera, kandi mbana n'ufise umutima umenetse wicisha bugufi, kugira ngo mpembure imitima y'abicisha bugufi, mpembure n'abafise imitima imenetse.*
✍️ _Umutima uciye bugufi, Imana ntiwirengagiza iremera ikabana nawo; Bisigura yuko ukudaca bugufi n'ukwirukana ukubaho kw'Imana mu buzima bwawe._

*🔐UMUSI MWIZA💖*

15/07/2025

MARDI LE 15/07/2025
🔑***Clé du Jour***🌹
Shalom🙌🏾
📖Yobu 1:20 *Maze Yobu ava hasi, yitantamurirak' umutamana wiwe yimosha inkomvorera, yikubita hasi, arasenga,*
✍️ _Yumvise amakuru mabi Kandi aziye mu mwanya umwe, Yobu we yahisemwo gusenga kuko yarazi neza ko mu gusenga Imana imuha inkomezi zo kurengera ayo makuru mabi yose._

*🔐UMUSI MWIZA💖*

Address

Bujumbura

Telephone

+256789644374

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Igicaniro c'Amasengesho Inyishu kw'Isi Yose:Ministries International posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Place Of Worship

Send a message to Igicaniro c'Amasengesho Inyishu kw'Isi Yose:Ministries International:

Share