Itara Ry'ubuzima TV

Itara Ry'ubuzima TV karibu mwese kurubuga rwubutumwa bwiza bw'Ijambo ry'Imana Imana ibahe umugisha
Whatsapp +25768334526

12/08/2026

Igihe c Imana

Inkengerwa izovamw' igihumbi, kandi nyarucari azoba ihanga rikomeye. Jewe Uhoraho nzobish*tsa n'ingoga, igihe cavyo kige...
07/08/2026

Inkengerwa izovamw' igihumbi, kandi nyarucari azoba ihanga rikomeye. Jewe Uhoraho nzobish*tsa n'ingoga, igihe cavyo kigeze.
Yesaya 60:22

Haleluya Haleluya Haleluya Umva neza Ivyubona uyumusi agasuzuguro usuzugurwa uyumusi ubukene ukenye uyumusi ibihe vyose bigoye uriko uracamwo uyumusi ngufitiye itangazo kugihema biracashoboka Imana ishobora kuguhindurira amateka abantu bagatangara umvaaa 👂 icuzoba Imana yakinyegeje amahanga meshii

Ndagusengeye ukuboko kw'Imana kugukure murivyobihe umaze mwo imyaka ucamwo wakire kuduzwa nukuboko kw'Imana Imana ibahe umugisha

Pastor NDUWIMANA Roger
Ishengero : BCOM Worship Center Gihosha
Terefone : 68 33 45 26

07/07/2026

Gutazira Imana

indwi nziza kumwese ndabakunda
06/07/2026

indwi nziza kumwese ndabakunda

Mu kwezi kw'indwi, ku musi wakwo w'icumi n'indwi, bga bgato buhagarara ku misozi yo muri Ararati.Itanguriro 8:4Ndasengan...
30/06/2026

Mu kwezi kw'indwi, ku musi wakwo w'icumi n'indwi, bga bgato buhagarara ku misozi yo muri Ararati.
Itanguriro 8:4

Ndasenganye numuntu wese ndatuye mukwizera ngo ukwezi kwindwi 7 ubuzima butagira icerekezo bugire icerekezo Imana igukure mubihe warumaze imisi urimwo ndasenga ngo Imana ikuremere amashimwe abarozi bakurwanya imitego baguteze ipfe ubusa wakire kwagukirwa mwizina rya Yesu Kristo vugaa AMEN

Pasteur NDUWIMANA Roger
Worship Center Gihosha
Terefone 68 33 45 26

Nta gihwanye n'Imana yawe, ewe Yeshuruni ,Iza ireruwe n'ijuru, izanywe no kugutabara,Iza ireruwe n'ibicu, iri n'igitinyi...
26/06/2026

Nta gihwanye n'Imana yawe, ewe Yeshuruni ,
Iza ireruwe n'ijuru, izanywe no kugutabara,
Iza ireruwe n'ibicu, iri n'igitinyiro.
Imana ihoraho ni yo buhungiro bgawe,
Kand' amaboko y'ibihe vyose yama akuramira.
Yirukanye abansi imbere yawe,
Iravuga, iti Genda urandure!
Gusubira mu vyagezwe 33:26-27

Mukundwa nifashishije ayamajambo Ndagusengera ngo Imana bigaragare ko iri muruhande rwawe uyibone kandi nabagukikuje bamenyeko Imana usenga ari Inyenkomezi mwizina rya Yesu Kristo

06/06/2026

Haleluya

Ndasengeye umuntu umwe canke babiri canke uwubona bimwerekeye ngo Imana ikumpere ibifadika ahobashaka ko uririra😭 baze b...
04/06/2026

Ndasengeye umuntu umwe canke babiri canke uwubona bimwerekeye ngo Imana ikumpere ibifadika ahobashaka ko uririra😭 baze baze basanga uriko uraharirimbira 💃🏽 narimvuze ukukwezi 6Imana ikumpere intahe kumurango izuba ryaka

Ndasenga ngo ukukwezi kwa 6 Imana yampamagaye igenderere ubuzima bwawe ukukwezi ukubonemwo igitangaza ivyakubaye ko bibi...
01/06/2026

Ndasenga ngo ukukwezi kwa 6 Imana yampamagaye igenderere ubuzima bwawe ukukwezi ukubonemwo igitangaza ivyakubaye ko bibi ntibikagaruke ukundi mwizina rya Yesu Kristo uzobone ibihe bishasha

Ndasenga ngo ukukwezi niwaba urwaye wakire gukira
Imana igusohore mumabohero yabadayimoni yabarozi Imana ishire ivyago kure yumuryango wawe nubuzima bwawe abakurwanya haba mukazi murugo nomubuzima bwawe bamaramare mugishingo cawe

Pasteur NDUWIMANA Roger
Ishengero Worship Center Gihosha

30/05/2026

Abanyamugisha

Address

Bujumbura
20100924101

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Itara Ry'ubuzima TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Place Of Worship

Send a message to Itara Ry'ubuzima TV:

Shortcuts

Share