23/08/2026
SHALOM INTERNATIONAL FAMILY
Uwa Mungu wa 23Myandagaro,2026 kumwe na Hon. Amb. Major Apostle Simon Claude
1Sam15:20-22 / Imigani 28 :13 /1Abโikorint3:9
Imana iha agaciro IBINTU YAVUZE ๐ฅ๐ฅ๐ฅ, kugira uroranirwe bisaba GUKORA IVYO ITURONGOYEMWOโ
Kugira uroranirwe muri iyi Si bisaba ko UMENYA ICO WAHAMAGARIWE akaba arico ukora โ
Hakaba hari IJAMBO RIRI INYUMA YIVYO URIMWO
IBINTU WINJIRAMWO IMANA ITARIMWO bigusaba kuca witegura UKWISONZESHA NO KUBISENGERA kuko IVYIMANA YO UBWAYO IRABIRWANIRA UBWAYO
Ntiwemere ayandi majwi agushire hasi โ NIGANA GUKORA ICO WAHAMAGARIWE โ
Ibituma benshi bataroranirwa hariho ABAFUTSE ijwi ryo mumutima ico ryababwira GUKORA, canke ABASEZERANIYE IMANA ntibabish*tse โ
KWUMVIRA BIJANA NโUMUGISHA WO KURORANIRWAโค๏ธ
โโโโโโโโโโโโโโ
1Sam 15:20-22 / Proverbs 28:13/ 1Corinth 3:9
God values โโWHAT HE HAS SPOKEN ,to succeed๐you must do what HE HAS DIRECTED YOU TO DO โ
To succeed in this world, you must know YOUR CALLING and pursue itโ
there must be THE WORD OF GOD IN EVERY PLAN OF YOUR LIFE
IF YOU EMBARK ON SOMETHING WITHOUT GOD, you must be prepared to FAST AMD PRAY OVER IT, for GOD HIMSELF DIGHTS DOR THE THINGS THAT ARE TRULY HIS
Do not let other voices bring you down โ FOCUS ON FULFILLING YOUR CALLING โ
Many people fail to succeed because they DONโT TAKE SERIOUSLY the inner voice telling them WHAT TO DO , and OTHERS FAIL TO FULFILL WHAT THEY PROMISED TO GODโ
OBEDIENCE BRINGS THE BLESSING OF SUCCESS