Living Word of Christ

Living Word of Christ Our mission is revealing Jesus Christ in the Scriptures.

01/08/2024

Umwidegemvyo w'umuntu utangurana no kumenya uwakuremye.

20/06/2024

Ibango n'ugucumukura

Kuba mw'ibango (intumwa ,umuvugisha ,umuvugabutumwa,umwungere,umwigisha )s'icubahiro kubo ufasha kuko turaba ico intumwa zabibuzeko nk'intumwa Paulo n'izindi ntumwa

Abaroma1:1Paulo umugurano wa Yesu Kristo nahamagariwe kuba intumwa ,narobanuriwe ubutumwa bgiza bg'Imana .

Ico Paulo yatanguriyeko niyabivuze nka titre kuko ar'umigurano bisigura ko atari icubahiro kuko umugurano bisigura umukozi .Turazi ko umukozi ari munsi y'itegeko ry'uwamuhaye igikorwa nawe ni Yesu Kristo .

Tukiri kur'ico turabona umuhamagaro wiwe niyegeze abibona nk'icubahiro ariko yabifashe nko gukorera abandi atari mu buryo bgo kubaganza nkuko tubibona mu gihe cacu .

Ivyakozwe n'intumwa 20:31 Nuko mwame mugavye ,mwibuke yuko namaze imyaka itatu ntasiba guhanura(kwigisha),umuntu wese ndira ,ku murango no mw'ijoro.

Bene data muri uwo murongo twumvisemwo ko guhanura bisigura yigisha arira bisigura yagomba kubona ishusho ya Kristo mu bo yapfiriye .Paulo aratwereka ko yarobanuriwe ubutumwa bgiza bga Yesu Kristo .

Tuzobandanya mwarahezagiwe.
N'umwungere Éric Samuel.

20/06/2024

Ukubumbga ni kuzanwa no kurondera ariko bizanwa no kumenya ivyo mfise(Kristo).
(1Timoteyo 6:6)

07/05/2023

Ijuru s'ikibanza kanaka ariko ijuru ni Kristo.Ijuru ukuyemwo Kristo icika iyind'isi(planète)

07/05/2023

Adam and Eve heard the message of Christ and rejected Christ.

07/05/2023

Abakozi b'Imana barahindura inyigisho kubera gukunda amafaranga. Ishikanwa ryawe riraheza ibibazo vyawe(1Timoteyo 6:10).

03/05/2023

Holiness is not an act rather is a free gift from God.

Address

Bujumbura
0000

Telephone

+25771119748

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Living Word of Christ posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Place Of Worship

Send a message to Living Word of Christ:

Share