Niyongabo Salvator

Niyongabo Salvator Imana nyenubushobozi Ishigikire umuntu wese

13/10/2025

Ijoro ryiza ncuti zanje ariko ndagusabe usige aga commentaire suivre na partage

13/10/2025

Amen

Harimana nasanze ihindura ibintu  iyo niyo yakuye morodekayi kwirembo, niyo yazamuye yosefu, niyo yaguriye imbibe yabesi...
05/12/2024

Harimana nasanze ihindura ibintu iyo niyo yakuye morodekayi kwirembo, niyo yazamuye yosefu, niyo yaguriye imbibe yabesi niyo yagujije urupfu iruhindura umugisha kwa obed edomu niyo yatanze umwana Wayo kubwacu niyo yabanye nanje kandi ninayo igiye guhindura ivyo vyose ubona nkimisozi nkintambara imbere yawe ubona bidashoboka ntanzira ubona ariko namba wizeye ijambo rirarema yaravuze ati ariko mweho nzobagira abo hejuru sinzobagira abo hasi nzobagira imitwe sinzobagira imirizo hamwe nukwizera Imana ikujimbere AMEN namba bitokubangamira iyi page yikoreko suivre

05/12/2024
05/12/2024
28/06/2022

Yesu ahimbazwe bantu b'Imana
Ndabibarize umwe wese ahari mbe wiravye ukuhagaze muvy'Imana ubona inzira urimwo ariyukuri? Irashobora kugushikana mwijuru?

Address

Gatumba
Bujumbura

Telephone

+25769910093

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Niyongabo Salvator posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Place Of Worship

Send a message to Niyongabo Salvator:

Share