Ma Famille Chorale La Chandelle %PES%

Ma Famille Chorale La Chandelle %PES% %Turangwe n'uguca bugufi, ubugamburutsi, ubwitonzi n'ukwitanga%

19/02/2025
%Chorale la Chandelle irabipfurije umusi mukuru mwiza w'Ibisandasanda.Tubandanye twinovora amabanga y.'icungurwa ryacu m...
02/04/2023

%Chorale la Chandelle irabipfurije umusi mukuru mwiza w'Ibisandasanda.
Tubandanye twinovora amabanga y.'icungurwa ryacu muriyindwi nyeranda dutanguye%

Ibikogwa vyo guhimbaza Yubire y'Umwakaka na Anniversaire y'imyaka 51 ya Chorale la Chandelle biriko bigenda
01/05/2022

Ibikogwa vyo guhimbaza Yubire y'Umwakaka na Anniversaire y'imyaka 51 ya Chorale la Chandelle biriko bigenda

Bonne fête des rameaux du 10/04/2022.Tjrs " Uguca bugufi,Ubugamburutsi, Ubwitonzi n'Ukwitanga"
10/04/2022

Bonne fête des rameaux du 10/04/2022.
Tjrs " Uguca bugufi,Ubugamburutsi, Ubwitonzi n'Ukwitanga"

18/01/2022

Akanyamuneza karanyuzuye igihe numva ijwi ryawe rinyakura riti: " Ngwino Mwana wanje, Ngwino nkwitumire"

Ako nakanyamuneza karanze abaririmbira Mana ba Chorale La chandelle aho bari baramutse baduga imirambi bagiye kumenyesha inkuru nziza.

Chorale yacu la Chandelle komera uterimbere m'Uguca bugufi, Ubugamburutsi, Ubwitonzi n'Ukwitanga.Paroisse yacu mutima w'...
06/11/2021

Chorale yacu la Chandelle komera uterimbere m'Uguca bugufi, Ubugamburutsi, Ubwitonzi n'Ukwitanga.

Paroisse yacu mutima w'Ubwitonzi turagukeje kuri yubire y'imyaka 25 umaze.
Mutima w'Ubwitonzi Tumurikire.

Journée sportive du Samedi le 02/10/2021.Warakoze Mana kuba ukituzigamiye muruyu muryango mwiza Chorale la Chandelle.Nub...
03/10/2021

Journée sportive du Samedi le 02/10/2021.
Warakoze Mana kuba ukituzigamiye muruyu muryango mwiza Chorale la Chandelle.
Nubandanye uturonsa ingabirani y'Ubwenge n'Ubwitonzi.
Mutima w'Ubwitonzi n'atumurikire.

Tjrs% Ugucabugufi, Ubugamburutsi, Ubwitonzi n'Ukwitanga%

03/10/2021

Toujours Chorale la Chandelle % Uguca bugufi, Ubugamburutsi, Ubwitonzi n' Ukwitanga%
Journée sportive du 02/10/2021.
Dusenga Twinonora imitsi

Shalom shalom ,karibu mwese kuri uyu w'Imana dusangire ivyiza vy'Imana mugiteramo (concert) kizobera kuri Paroisse Mutim...
01/04/2021

Shalom shalom ,karibu mwese kuri uyu w'Imana dusangire ivyiza vy'Imana mugiteramo (concert) kizobera kuri Paroisse Mutima w'ubwitonzi igihe c'isaha icenda( 15h PM).
Tube umunyu n'umuco w'isi.

Turabakunda mwese ntore z'Imana

Address

Boulevare Mwezi Gisabo
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ma Famille Chorale La Chandelle %PES% posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share