Ubutumwa iwacu

Ubutumwa iwacu Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Ubutumwa iwacu, Evangelical church, Musaga, Bujumbura.

29/08/2026
Imana ishimwe mwe cane kuko ntikirisha ibirwanisho tuzi ariko niyo nyene urugamba kandi intsinzi niyose kubamwizeye
11/08/2026

Imana ishimwe mwe cane kuko ntikirisha ibirwanisho tuzi ariko niyo nyene urugamba kandi intsinzi niyose kubamwizeye

09/08/2026

Ijisho ryose rizomubona nabamucumise bazomubona

Imana mugutabara simpaka Ice kubitwa abanyenkomezi Imana yavuze irafise inzira zose zogukora nabanyamibembe baratumye ab...
09/08/2026

Imana mugutabara simpaka Ice kubitwa abanyenkomezi Imana yavuze irafise inzira zose zogukora nabanyamibembe baratumye ab Israël batabarwa nawe witege gutabarwa biciye munzira zayo

Address

Musaga
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ubutumwa iwacu posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share